#Africa #Football: Urutonde rw’Ibihugu bitanu bifise abakinyi bakuze muri CAN.

Madagascar kimwe mu bihugu bigiye kwitabira inkino z'igikombe c'Afrika, CAN gifise abakinyi bakuze kurusha ibindi bihugu.

Mugihe hasigaye imisi 4 gusa kugirango inkino zigikombe ca Africa, CAN, kirindiranywe nigishika cinshi cane, ico gikombe kikaba kizobera mugihugu ca Misiri. Uyu niwo mwanya wabakunda  gukora ibiharuro vyabo kubijanye n’imirwi izokwitabira ico gikombe. Uruganda rw’ikinyamakuru Top Sports Africa rwerekanye ibihugu bitanu bigiye kwitabira ico gikombe bifise abakinyi bakuze kurusha abandi. Uru nirwo rutonde rw’ibihugu 5 bifise abakinyi bakuze kurusha abandi:

  1. Madagascar bari hagati y’imyaka 28,7
  2. Afrika y’epfo bari hagati y’imyaka 27,9
  3. Maroc bari hagati y’imyaka 27,8
  4. Egypte bari hagati y’imyaka 27,8
  5. Angola bari hagati y’imyaka 27,4.

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: