#Burundi #Fooball: Iyi niyo mirwi izotana mu mitwe na Aigle Noir munkino zakivandimwe.

Imirwi, ikibuga hamwe n'amagenekerezo, Aigle Noir izokina naya akurikira.

Muntumbero yo kwitegurira neza ihiganwa rya Primus League ryo mu mwaka w’inkino wa 2019-2020 hamwe n’ihiganwa rihuza imirwi yatahukanye amahiganwa yo mubihugu iwabo muri Africa (CAF Champions Lesgue), umurwi wa Aigle Noir uri mugihugu ca Tanzania aho bitegekanijwe ko uzotana mu mitwe munkino za kivandimwe nimirwi nyinshi yo ngaho nyene murico gihugu ca Tanzania.

Imirwi, ikibuga hamwe n’amagenekerezo, Aigle Noir izokina naya akurikira:

Igenekerezo rya 17/07/2019 ku kibuga ca Azam Complex: Tanzania Prisons vs Aigle Noir

20/07/2019 Azam Complex: Singida United vs Aigle Noir

22/07/2019 Azam Complex: Namungo FC vs Aigle Noir

24/07/2019 Azam Complex : Mtibwa Sugar vs Aigle Noir

26/07/2019 Azam Complex : Azam FC vs Aigle Noir.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: