#Burundi #Football: Vital’O FC vs Rukinzo FC.

Vital'O FC mukanya gatoyi igiye gutana mumitwe na Rukinzo FC.

Muntumbero yo kwitegurira guserukira neza Igihugu c’Uburundi munkino za Coupe de la Confédération hamwe n’ihiganwa rya Primus League ry’umwaka wa 2019-2020 umurwi w’igiporisi c’Uburundi Rukinzo FC kuri uyu wa gatatu igihe c’isaha icenda (15h) ku kibuga citirimwe Intwari uraza gutana mumitwe murukino rwa kivandimwe n’umurwi wa Vital’O FC umenyerezwa na Jean Gilbert Kanyenkore batazira « Yaoundé ».

urwo rukino rwa kivandimwe hagati yiyo mirwi uko ari ibiri ruje muntumbero kandi yokwerekana abakubzibayo abakinyi iyo mirwi yompi imaze kugura na cane cane abo izokinisha mu mwaka uza.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: