#Burundi #Football: Naho ari mu murwi wa Rukinzo FC asaba abakunzi ba Vital’O FC kubandanya bamukunda.

Ally Shabani asaba aba Vital'O FC kubandanya bamukunda naho atakiri uwabo.

Umusatirizi wa kera wa Vital’O FC Ally Shabani ubu abarizwa mu murwi wa Rukinzo FC asaba abakunzi b’umurwi wa Vital’O FC kubandanya bamukunda nkuko bahora bamukunda akiri muri Vital’O FC akaba yabasavye ivyo inyuma y’urukino rwakivandimwe hagati y’umurwi wiwe wa Rukinzo FC  n’Intamba Murugamba (2-2).

Ally Shabani yavuze ko icatumye adasubira kuboneka  mu Burundi mukiringo c’imyaka ibiri yose aruko yari yagiye kuramutsa umuryango wiwe muri Congo RDC.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: