#Burundi #Music: Laurette Tetero niwe yaraye atahukanye Primusic 2019.

Tetero akaba yatahukanye agashimwe kangana imiriyoni 25.000.000 zamafaranga yamarundi.

Ihiganwa rya Primusic ritunganywa buri mwaka n’ishirahamwe rihingura ibinyobwa mu Burundi Brarudi iryuno mwaka w’2019 ryaraye ritahukanywe n’umuririmvyikazi, Laurette Tetero umwigeme w’imyaka 19 yaserukiye igisagara ca Bujumbura ndetse aherutse kurangiza amashure yisumbuye kuri Lycée Saint Esprit. Tetero akaba yatahukanye agashimwe kangana imiriyoni 25.000.000 zamafaranga yamarundi.

Abandi baririmvyi bamukurikiye hamwe n’amafaranga bagiye bararonka naba bakurikira ni: 
2. Dusabe Eloi/ 5.000.000 Fbu
3. Kaze Sosthène/ 3.000.000 Fbu
4. Tubone Cédric/ 2.500.000 Fbu
5. Mfisumukiza Bonke 2.000.000 Fbu
6. Munezero Arnet 1.500.000Fbu Munezero Arnet / 1,500,000Fbu

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares