#Chelsea #Fooball: Claude Makelele yagarukanywe muri Chelsea!

Inyuma y'imyaka itanu iheze Claude Makelelea avuye muri Chelsea none arawugarutsemwo.

Inyuma yo gukinira umurwi wa Chelsea « The Blues » ikiringo c’imyaka 5 yose kuva muri 2003 gushika muri 2008, Claude Makelele yahora amenyereza umurwi wa Eurepen wo mugihugu c’Ububirigi yahawe akazi muri Chelsea ko gukurikiranira hafi abakinyi buyo murwi bakiri bato mu myimenyerezo no munkino hamwe nabandi bakinyi Chelsea yatijije muyindi mirwi.

Claude Makelele akaba ahawe ako kazi na Chelsea mugihe vyari bimaze iminsi bivurwa ko ashobora guhabwa amabanga yo kumenyereza umurwi nserukiragihugu wa RDCongo umenyerezwa na Florent Ibenge.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: