#Burundi #Kenya #Football : Justin Ndikumana yasinye muri Bandari FC.

Justin Ndikumana ava muri Sofapaka aja muri Bandari FC.

Umunyegori w’umurundi asanzwe agira kabiri mu murwi nserukiragihugu Intamba Murugamba, Justin Ndikumana yasinye amasezerano yo gukinira umurwi wa Bandari FC wo mugihugu ca Kenya.

Justin Ndikumana yasinye amasezerano y’imyaka ibiri yogukinira Bandari FC usanzwe ukina icicaro ca mbere muri Kenya (Kenya Premier League).

Twobibutsa yuko, Justin Ndikumana mu mwaka uheze w’inkino yahora asamira umurwi wa Sofapaka FC wo murico gihugu nyene ca Kenya aho Sofapaka FC warangije uri mukibanza ca gatatu.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: