#FCBarcelona: Griezmann ntashobora kuronka inimero 7!

Philippe Coutihno yahora yambara inimero 7 aherutse kuva mu murwi wa FC Barcelone atijijwe muri Bayern Munich, Antoine Griezmann ntashobora kuzoca ahabwa iyo nimero asanzwe akunda cane yahora yambara Coutihno.

Naho Philippe Coutihno yahora yambara inimero 7 aherutse kuva mu murwi wa FC Barcelone atijijwe muri Bayern Munich, Antoine Griezmann ntashobora kuzoca ahabwa iyo nimero asanzwe akunda cane yahora yambara Coutihno.

copyright

Igituma nuko hari itegeko ryo muri La Liga risaba ko umukinyi yambara inimero imwe rudende yatanguriyeko kwambara murukino rwa mbere rw’ihiganwa rya La Liga gushika rirangire. Uyo mukunyi wa kera wa Atletico Madrid yambara inimero 17 muri FC Barcelone.

copyright

Antoine Griezmann akaba yaratanguye gukinira FC Barcelone murukino rwa mbere watsinzwe na Athletic Bilbao (1-0).

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: