#ManchesterUnited: Paul Pogba vyoba birangiye ivyogutera penalty!

Inyuma yo guhusha penalty Paul Pogba ngo arashobora kutazosubira gutera penalty ahubwo zikazoterwa na Marcus Rashford.

Inyuma yoguhusha penalty mugice ca kabiri c’urukino Manchester United yanganije n’umurwi wa Wolverhampton (1-1) murukino rw’indwi ya kabiri y’ihiganwa ryo mu Bwongereza Premier League, Paul Pogba ngo vyoba birangiye kuriwe ivyo gutera ama penalty muri Manchester United.

copyright

Ikinyamakuru The Sun kivuga ko umumenyereza wa Manchester United Ole Gunnar Solskjaer yoba yarabwiye abakinyi biwe ko umukinyi azotera ama penalty nuko aba yatowe kare urukino rutaraba.

Ico kinyamakuru nyene cabandanije kimenyesha ko uwo mumenyereza yoba yatoye Marcus Rashford ko ariwe azoza aratera ama penalty

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: