#Burundi #PrimusLigue: Musongati FC vs Inter Star, LLB vs Vital’O FC ni zimwe mu nkino zindwi igira gatanu.

Inter Star uzoba wagendeye Musongati FC i Gitega hama Vital'O FC yakirwe na Lydia Ludic i Bujumbura ku kibuga Intwari.

Mumpera zino ndwi ihiganwa rya Primus League Burundi rizobanda aho rizoba rigeze mundwi yaryo igira gatanu. Inkino zitegekanijwe, umunsi, amasaha hanwe n’ikibuga zizoberako nazo nizi zikurikira:

Igenekerezo ry’7 Nyakanga 2019.

15H00 Ingoma: Flambeau Du Centre vs Athetico Academic.

15H00 Umuco: Olympic Star vs Ngozi City.

15H00 Urukundo: Messager Ngozi FC vs Les Lierres FC.

15H00 Intwari: Bumamuru FC vs Bujumbura City.

15H00 Urumuri: Aigle Noir vs BS Dynamic.

Igenekerezo ry’8 Nyakanga 2019.

13H30 Intwari: Rukinzo FC vs Kayanza United
16H00 Intwari: LLB vs Vital’O FC.
15H00 Ingoma: Musongati FC vs Inter Star.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: