#FCBarcelona #Football: Leo Messi arashobora kuva muri Barcelona mu mpera z’umwaka w’inkino. Piqué aravyemeza.

Messi afise uburenganzira bwihariye bwo kuva muri FC Barcelona igihe cose avyifurije ndetse n'abakinyi bagenziwe bakaba basanzwe babizi.

Ikinyamakuru El Pais canyeguruye yuko Leo Messi yari kuva muri FC Barcelona kubuntu akimukira muwundi murwi uyu mwaka w’inkino wa 2019-2020, ngo ntaho agifitaniye amasezerano na Barca gushika 2021.

copyright to Independent

Igituma ngo nuko Messi afise uburenganzira bwihariye bwo kuva muri FC Barcelona igihe cose avyifurije ndetse n’abakinyi bagenziwe bakaba basanzwe babizi.

Mu kiganiro Gerrard Piqué yahaye Cadena Ser nawe nyene aravyemeza ko asanzwe abizi ko kizigenza wa FC Barcelona, Leo Messi umwaka uwariwo wose afise ubwo burenganzira bwo kuva muri FC Barca igihe icarico cose avyipfurije.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: