#Burundi #PrimusLigue: Messager Ngozi FC vs Vital’O FC, Inter Star vs Aigle Noir zimwe mu nkino zitegekanijwe mundwi ya gatandatu.

Hazoca uwambaye hagati ya Messager Ngozi FC na Vital'O FC hama Inter Star itane mu mitwe na Aigle Noir.

Indwi ya 6 ya Primus League Burundi iraza gutangura uno munsi aho hategekanijwe inkino zishika kuri 2 kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya
13/09/2019
Stade Intwari :

13h00 : Les Lierres vs Bumamuru
16h00 : Atletico Academy vs Kayanza United

14/09/2019
Stade Urukundo :

15h00 : Messager Ngozi vs Vital’o

Stade Intwari :
13h00 : Inter Stars vs Aigle Noir
16h00 : Rukinzo vs Flambeau du centre

15/09/2019

Stade Intwari:
13h00 : BS Dynamic vs Olympic Star

16h00 : Bujumbura City vs Musongati

Stade Urukundo :
15h00 : Ngozi City vs LLB

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: