#Burundi #Égypte : Fiston Abdoul Razaq yasinye muri ENPPI wo muri Misiri.

Fiston Abdoul Razaq agiye kubandanyiriza ivyo gukina mu gihugu ca Misiri avuye mugihugu ca Algeria.

Umusatirizi w’Intamba Murugamba  Fiston  Abdoul Razaq yahora akinira umurwi wa JS Kabylie wo  mugihugu  ca Algeria yahavuye awuvuyemwo ubu  akaba yimukiye mu murwi wa ENPPI Sporting Club usanzwe ukina icicaro ca mbere mugihugu ca Misiri mw’ihiganwa rya Egypt Premier  League nkuko ikinyamakuru Viwanjani Leo TZ kivyandika.

Fiston  Abdoul Razaq yasinye amasezerano y’imyaka itatu yogukinira umurwi wa ENPPI FC.

Fiston Abdoul Razaq ariko araccenga Wilfried Ndidi wa Nigeria.
Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares