#Burundi #PrimusLigue: Ivyavuye mu nkino z’indwi ya gatandatu.

Messanger Ngozi FC irabandanya yitwara neza co kimwe na Flambeau Du Centre.

Mumpera zino ndwi ihiganwa rya Primus  Ligue ryari mundwi yaryo igira gatandatu ivyavuye murizo nkino navyo n’ibi bikurikira:

Les Lierres FC 0-3 Bumamuru FC.

Athletico Academic 3-2 Kayanza United.

Messager Ngozi FC 2-1 Vital’O FC.

Inter Star 1-0 Aigle Noir.

Rukinzo FC 0-3 Flambeau Du Centre.

BS Dynamic 0-0 Olympic Star.

Bujumbura City 2-3 Musongati FC.

Ngozi City 0-1 Lydia Lydic Burundi Sport For Africa.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares