#ChamipionsLeague#FCBarcelone: VAR ngo yoba idakora kuri Barca!

Abakoresha imbuga ngurukana bumenyi bavuga ko FC Barcelona bayibiye.

Ngo naho Marc-André Ter Stegen yerekanye urugero rwiza muguhagarika imipira itandukanye ndetse harimwo na penalty ya Marco Reus murukino rwo ku munsi w’ejo hagati ya Dortmund na FC Barcelone (0-0) murukino rwa Champions League ariko ngo irya penalty ngo yari gusubirwamwo kuko ngo Ter Steven yari yarenze umurongo imbere yaho Reus atera umupira.

Ivyo bivurwa n’abakoresha imbuga ngurukana bumenyi ndetse bamwe bakavuga ko ubuhagarikizi bwarahengamiye Barcelone abandi ngo VAR yoba idakora iyo hakinye FC Barcelone.

https://twitter.com/lnstantFoot/status/1174060175998824449
Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares