#Burundi #CHAN2020: Intamba mu Rugamba vs Uganda Cranes.

Urwo rukino rukaba ari urukino rwanyuma rwokurondera iyo itike mugihe Uburundi bwovyifatamwo neza mu nkino zibiri zizobuhuza na Uganda ntakibuza ko buzoca buronka itike ryo kwitabira iryo higanwa rya CHAN 2020 mugihugu ca Cameroun.

Kuri uyu wa gatandatu igihe c’isaha icenda (15h00) amasaha yo mu Burundi ku kibuga citiriwe Intwari Stadium mugisagara ca Bujumbura harategekanijwe urukino rwa mbere hagati y’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi, Intamba mu Rugamba uza gutana mu mitwe n’umurwi nserukiragihugu w’Ubuganda (The Cranes) mu ntumbero yo kurondera itike z’igikombe ca CHAN 2020 kizobera mugihugu ca Cameroun ku bakinyi basanzwe bakinira mu mahiganwa yo mugihugu iwabo.

Urwo rukino rukaba ari urukino rwanyuma rwokurondera iyo itike mugihe Uburundi bwovyifatamwo neza mu nkino zibiri zizobuhuza na Uganda ntakibuza ko buzoca buronka itike ryo kwitabira iryo higanwa rya CHAN 2020 mugihugu ca Cameroun.

Uburundi buheruka kwitabira ico gikombe muri 2014 cabereye muri Afrika y’efpo.

Izindi nkino zitegekanijwe uno munsi nyene muri CHAN:

15:00 Burundi ? – ? Uganda

18:30 Senegal ? – ? Guinea

19:00 Mauritania ? – ? Mali

20:15 Algeria ? – ? Morocco

20:15 Tunisia ? – ? Libya

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: