#ManchesterCity: Bernardo Silva arakekwa kuvuga amajambo yivangura rukoba kuri Benjamin Mendy.

Umusatirizi wo kuruhande wa Manchester City umunya Portugal Bernardo Silva ngo agiye kugurirwa amatohoza n'Ishirahamwe ry'umupira wa maguru mugihugu c'Ubwongereza FA biturutse kumajambo aherutse kwandika kurubuga rwiwe rwa Twitter akekwa ko yoba ari amajambo yivangura rukoba atyoza mugenziwe basanzwe bakinana muri Manchester City Benjamin Mendy.

Umusatirizi wo kuruhande wa Manchester City umunya Portugal Bernardo Silva ngo agiye kugurirwa amatohoza n’Ishirahamwe ry’umupira wa maguru mugihugu c’Ubwongereza FA biturutse kumajambo aherutse kwandika kurubuga rwiwe rwa Twitter akekwa ko yoba ari amajambo yivangura rukoba atyoza mugenziwe basanzwe bakinana muri Manchester City Benjamin Mendy.

Silva akaba yarafashe ifoto iriko  Benjamin Mendy umufaransa akiri muto hamwe n’akandi gashushanyo hama arabaza ikibazo ati: « Tomboza uwo ni nde ?  »

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Only Abanywanyi bonyene nibo barekuriwe kwandika ivyiyumviro vyabo hano.

Shares