Real Madrid: Vinicius Jr yasiguye igituma yarize igihe yinjije igitsindo.

Mu rukino Real Madrid yaraye itsinze umurwi wa Osasuna ku kibuga ca Santiago Bernabeu (2-0) igitsindo ca mbere ca Real Madrid cijijwe na Vinicius Jr ku munota wa 36’ uyo munya Brésil yaciye akorora amosozi mugihe tumenyereye ko iyo umukinyi atsinze igitsindo abiryohererwa. Inyuma y’urukino mukiganiro n’abamenyeshamakuru Vinicius yasiguye icatumye akoroye amosozi hako aryohererwa igitsindo ciwe.

Vinicius yagize ati: “Kuva nkiva mumvune vyari bigoye gusubira kurugero rwanje nahorana, ubu ndasubiriye kandi. Zidane yaramfashije ibitari bike hamwe n’abagenzi banje dukinana.”

Ntimutinye kugira ico mushikirije (Commentaires) canke ico mudusaba kumakuru yose tubashikiriza.

  • 142
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    142
    Shares
  •  
    142
    Shares
  • 142
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -