Athletico Academy: Ingabire Saidi Marcus ngo kunganya na Inter Star nuko abakinyi biwe binjiye murukino batevye.

Athletico Academic ukaba ufise amanota 10 mu nkino 7 ukaba umaze gutakaza inkino 3 utsinda 3 uganya rimwe.

Icegera c’umumenyereza wa Atletico Academy yamenyesheje ko kungaya n’umurwi wa Inter Star (1-1) ari kubera abakinyi biwe binjiye murukino batevye.

Ingabire Saidi Marcus akongera kuvuga ko yashimishijwe n’abakinyi biwe kuba barubahirije ivyo babahanuye mugihe bagiye mu karukuko  mugice ca mbere c’urukino.

Uyo mumenyereza yarangije avuga ko bagiye kubandaya bakora kugira ngo bakosore udukosa tumwe tumwe twahabaye kugira ngo uyo murwi ubandanye wigenza neza mu nkino zi kurikira.

Athletico Academic ukaba ufise amanota 10 mu nkino 7 ukaba umaze gutakaza inkino 3 utsinda 3 uganya rimwe.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: