Kayanza United: Aimé Nzohabona yirukanywe yavyiteguriye !

Umumenyereza wa kera wa Kayanza United aherutse kwirukanwa muri uyo murwi aho yagirizwa umwimbu muke, yaje kwirukanwa nawe amaze kuvyitegurira mu mutwe. N’inyuma yaho uyo murwi utsindiwe (5-0) na Bujumbura City.

Icerekana ko Aimé Nzohabonayo yari yavyiteguriye niri jambo yabwiye abamenyeshamakuru inyuma y’urukino rwa Buja City bamubaza kukibazo cuko atankurikizi zokwirukanwa zohaba.

Yishuye avuga ati : « Kuribi mbonye nukuri naho vyoshika kubera harya mu mupira burya umurwi utsinzwe bavugako ari umumenyereza  nuko umupira umeze ».

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: