Kayanza United: Bankuwiha Emmanuel niwe asubiriye Aimé Nzohabonayo.

Bankuwiha Emmanuel batazira "Mayele" yasinye amasezerano y'umwaka umwe yo kumenyereza uyo murwi wambara umwambaro w'umuhondo n'uwirabura.

Umumenyereza wa kera wa Lydia Ludic Burundi Sport For Africa niwe yahawe amabanga yokumenyereza umurwi wa Kayanza United.

Bankuwiha Emmanuel batazira « Mayele » yasinye amasezerano  y’umwaka umwe yo kumenyereza uyo murwi wambara umwambaro w’umuhondo n’uwirabura, akaba asubiriye Aimé Nzohabonayo aherutse kwirukanwa yagirizwa umwimbu udashemeye muri Kayanza United.

Iburyo uwurongoye umurwi wa Kayanza United Edward Nduwimana ibubamfu Bankuwiha Emmanuel Mayele.

Urukino rwiwe rwambere Mayele azotangurirako kumenyereza n’urukino ruzobahuza na Les Lierres FC rutegekanijwe kuri uyu wa mbere igenekerozo rya 30 nyakanga 2019 ku kibuga Intwari igihe c’isaha (13H30).

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: