Messager Ngozi FC: Gutsinda Athlético Academy vyarabahaye icizere co gutahukana igikombe.

Umumenyereza w’umurwi wa Messager Ngozi FC, Jimmy Ndayizeye avuga ko gutsinda Athletico Academy (2-1)  kuribo vyabahaye icizero co gutahukana igikombe c’uno mwaka w’inkino narirya ariryo hangiro uyo murwi ufise. Uyo mumenyereza wa kera wa Muzinga FC yagize ati imbere ya bamenyeshamakuru:


“Egome gutsinda uno munsi biduha icizere kuko niryo hangiro dufise muri Messager Ngozi FC muri uno mwaka w’inkino, ariko uru n’urukino rugira icumi dukinye turacasigaje izindi nkino zitarinke tuzokina kubwivyo rero bidusaba kwitanga buri urukino, kuko gutahukana igikimbe bisaba ntusamare kurukino narumwe”.

Messager Ngozi FC ukaba uri mu kibanza ca mbere n’amanota 23 mu nkino icenda umaze gutsinda inkino 6 ukanganya inkino 2.

  • 15
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    15
    Shares
  •  
    15
    Shares
  • 15
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -