Musongati FC : Ntiyigeze ivuga ko izotahukana igikombe !

Umumenyereza w’umurwi wa Musongati FC w’i Gitega yamenyesheje ko bo batigeze bavuga kuva mu ntango z’ihiganwa yuko bazotahukana igikombe ca Primus Ligue Burundi muri uno mwaka w’inkino.

Djumanine Niyonkuru  akaba yarabivugiye mukiganiro yahaye abamenyeshamakuru inyuma yo kunganya na Lydia Ludic Burundi Sport 4 Africa (0-0) yagize ati :

 « Sinigeze mvuga ko tuzotahukana igikombe, kiretseko turiko turarwana kugira ngo turabe ko twoba aba mbere kuko haracari kare kuvuga ko tuzoba aba mbere ».

  • 17
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    17
    Shares
  •  
    17
    Shares
  • 17
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -