Messager Ngozi FC: Ehe ico Jimmy Ndayizeye yahinduye.

Nta rukino rwo muhira canke rwohanze ngo zose bazifata co kimwe n’ibimwe mubintu Jimmy Ndayizeye umumenyereza wa Messager Ngozi FC avuga ko yahinduye muru uyo murwi.

Mu murwi wa Messager Ngozi FC nta rukino rwo muhira canke rwohanze ngo zose bazifata co kimwe n’ibimwe mubintu Jimmy Ndayizeye umumenyereza wa Messager Ngozi FC avuga ko yahinduye muru uyo murwi.


“Nkigishika muri Messager Ngozi FC nararumvise yuko Messager inkino z’ibujumbura canke izogusohoka akunda kubananira ariko ikintu shira imbere ndetse nkabwira abakinyi nuko ata rukino rwo hanze canke rwo muhira inkino zose tuzifata co kimwe. Nabwiye abakinyi ko bokwiyemera nico nagerageje kubashiramwo yuko ata rukino rwo hanze canke rwo muhira”. Ivyo akaba yarabishikirije mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru inyuma yaho umurwi wiwe Messager Ngozi FC waruhejeje gutsinda Athletico Academy (2-1).

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: