Vital’O FC: Youndé aremera ko hariho agahaze ku busatirizi bwiwe.

Jean Gilbert Kanyenkore batazira Yaoundé avuga ko kudatsinda ibitsindo biboneka ko ari bimwe mu bibazo bamaze iminsi bibaza ariko akavuga ko bagiye kwisubirako.

Umumenyereza wa Vital’O FC aremera ko hariho agahaze ku busatirizi bwuyo murwi bivanye nuko ata bitsindo vyinshi umurwi wiwe utsinda.

Jean Gilbert Kanyenkore batazira Yaoundé avuga kandi ko ari bimwe mu bibazo bamaze iminsi bibaza ariko akavuga ko bagiye kwisubirako.


“Nivyo ntituriko turatsinda ibitsindo vyinshi, natwe turibaza ico kibazo zibaye inkino zibiri canke zitatu tudatsinda ibitsindo bigaragara sivyiza ariko bidusaba ko twokwisubirako. Abasatirizi bacu hari akantu kabacamwo ico kibazo twakibonye ariko tuzogikosora”. Ivyo akaba yarabishikirije inyuma yahoo umurwi wiwe unganirije na Inter Star (1-1).

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: