Vital’O FC: Iracarwanira igikombe ca Primus Ligue hambavu yo kurushwa na Messager Ngozi FC amanota 8.

Mugihe Messager Ngozi FC ubarizwa mu kibanza ca mbere n’amanota 23 urusha umurwi wa Vital’O FC uri mukibanza ca kane n’amanota 15 ngo uracarwanira igikombe ca Primus League nkuko bishikirizwa n’umumenyereza wuwo murwi.

Jean Gilbert Kanyenkore avuga kandi ko ubu ariho ihiganwa ritanguye kuko nta murwi wovugako umaze gutahukana igikombe.



“Ubu niho novuga ko ihiganwa ritanguye kuko turiko turaharura ubusumba sumbane bw’amanota. Igikombe turacariko turakirwanira vyukuri nkubu urashobora kubwira ko watahukanye igikombe? Oya ntiharagera”. Ivyo yabivugiye mukiganiro yahaye abamenyeshamakuru inyuma yo kunganya na Inter Star (1-1).

  • 4
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    4
    Shares
  •  
    4
    Shares
  • 4
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -