Vital’O FC: Kanyenkore ngo yarashimishijwe no kunganya kuko yarahatswe gutsindwa na Inter Star.

Umumenyereza w’umurwi wa Vital’O FC avuga ko bashimishijwe no kunganya (1-1) n’umurwi wa Inter Star kuko ngo barahatswe.

Umumenyereza w’umurwi wa Vital’O FC avuga ko bashimishijwe no kunganya (1-1) n’umurwi wa Inter Star kuko ngo barahatswe.

Jean Gilbert Kanyenkore batazira Youndé avuga kandi ko atarigera avuga imbere y’urukino ko aje gutsinda umukeba ariko agira ico avuga iyo abonye umurwi wiwe uratsinze.


“Twashimishijwe kuko twari no gutsindwa. Urukino rwari rwiza umurwi umwe muriyi washobora gutsinda uwundi. Jewe sinigera mvuga ko nje gutsinda ariko mvuga ko dukina uwuronka amahirwe agatsinda ariko uno munsi amahirwe twayanganije niyo mpamvu twagize kimwe ku kindi. Nta narimwe nigera nza ngaha mvuga ko nje gutsinda ariko nemera intsinzi iyo urukino ruheze” .
 
 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: