Burundi Football: inkino z’indwi ya mbere uko zagenze kuruhande rw’abigeme.

Etoile De L'est wo mu ntara ya Ruyigi wagiye kunyagira Les Envoyées EF wo mu ntara ya Cibitoke (0-15).

Ihiganwa ryo mucicaro ca kabiri kuruhande rw’abigeme ryaratanguye kuva kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 27 gitugutu 2019 aho mundwi ya mbere umurwi wagaragaye cane ari Etoile De L’est wo mu ntara ya Ruyigi wagiye kunyagira Les Envoyées EF wo mu ntara ya Cibitoke (0-15).

uku niko iyindi mirwi yatsindanye :

Arena Star 6-0 Girls of Peace

CSA Gatumba 7-0 Ikirezi FC

Kerebuka 2-2 Etoile du Matin.

Bon Avenir 0-1 Intwarikaze.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:
Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko musabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

Gira ico ubivuzeko: