Rukinzo FC: Kashindi Joseph arashobora kutazokina urukino rwa Messager Ngozi FC.

Mu rukino umurwi wiwe wa Rukinzo FC watsinze Ngozi City (1-0), Kashindi Joseph yasohotse mu kibuga hakiri kare  kumunota wa 25′ kubera imvune aho uyo mukinyi wa kera wa Musongati FC yakubise hasi amano yiwe aca aravyimba.

Iyo mvune yiwe biravurwa ko ashobora kumara iminsi iri hagati y’itanu canke indwi yose arwaye ayo mano, ni mugihe kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 2 munyonyo 2019 umurwi wiwe wa Rukinzo FC uzokwakira Messager Ngozi FC ku kibuga Intwari.

  • 47
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    47
    Shares
  •  
    47
    Shares
  • 47
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -