#Burundi #Football: Eric Kwizera aremeza amakuru ava mu Rwanda.

Umukinyi wo kunimero icumi (numéro 10) yahora akinira umurwi wa Olympic Star mu mwaka w’inkino uheze wa 2019-2020, Eric Kwizera batazira « Kirungo » amakuru ava mu gihugu c’Urwanda avuga yuko uyo musore yoba amaze gusinyira umurwi wa Entincelles FC ikiringo c’imyaka ibiri kuzowukinira.

Uyo musore w’imyaka 21 y’amavuko aremeze neza ko ari hafi yo gusinyira umurwi wa Étincelles kandi ko amasezerano y’imyaka ibiri ariyo azosinya muri Étincelles FC. Umurwi uzomugurisha ni Les Lierres FC ariwo yegukira. Eric Kwizera akaba amaze no gukinira umurwi nserukira gihugu w’Uburundi wabatarenza imyaka 20. Yahora akinira umurwi wa Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga, yakiniye kandi umurwi wa Les Lierres FC ikiringo kitari gito.

  • 9
  •  
  •  
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    11
    Shares
  •  
    11
    Shares
  • 9
  •  
  •  
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -