#PrimusLeague: Uko imirwi yatsindanye hamwe nuko irushanya amanota mu ndwi ya 25.

Indwi ya 25 y’ihiganwa ryo mucicaro ca mbere mu Burundi Primus League, umurwi w’Igiporisi c’Uburundi, Rukinzo FC uhiganirwa ikibanza ca mbere  watsinze umurwi wa Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga ibitsindo (2-1). Umurwi wa Inter Star watsindiwe muhira ku ku kibuga Intwari n’umurwi wa Kayanza United  ibitsindo (0-2). Ku gasozi ka Buye, komine Mwumba i ntara ya Ngozi ku kibuga citiriwe  Urukundo, umurwi wa  Messager Ngozi FC ntivyawugoye kuhatsindira umurwi wa Royal FC  ibitsindo  (2-0), mugihe umurwi wa Musongati FC muhira i Gitega ku kibuga citiriwe Ingoma  wahatsindiye umurwi wa Aigle Noir CS  (1-0) biciye bituma Musongati FC ifata ikibanza ca mbere. Flambeau Du Centre wari wagendeye Athletico Academy kuri Stade Intwari ntivyawugendekeye neza kuko wahatsindiwe ibitsindo  (3-1) biciye bituma utakaza ikibanza ca mbere. Ibitsindo bitatu vya Athletico Academy vyinjijwe na Alexis Kitenge.

Umurwi wa Musongati FC kuri Stade Ingoma mu ntara ya Gitega.

Iyi ndwi ya 25 izorangira ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere, aho umurwi wa Bujumbura City uzotana mu mitwe n’umurwi wa Vital’O ku kibuga citiriwe Intwari.

Uko imirwi yose yatsindanye:

BS Dynamic 0-2 Bumamuru FC

Muzinga FC 2-1 Les Eléphants FC

Inter Star 0-2 Kayanza United

Rukinzo FC 2-1 Olympic Star

Messager Ngozi FC 2-0 Royal FC

Musongati FC 1-0 Aigle Noir CS

Athletico Academy 3-1 Flambeau Du Centre.

Uko irushanya amanota.

1. Musongati FC 46pts (+18buts)

2. Messager Ngozi FC 46pts (+13)

3. Rukinzo FC 46pts (+12)

4. Flambeau Du Centre 45pts (+15)

5. Kayanza United 43pts (+6)

6. Aigle Noir CS 40pts (+10)

7. Olympic Star 36pts (+5)

8. Royal FC 34pts (+3)

9. Vital’O FC 34pts (0) (-1match)

10. BS Dynamic 32pts (-5)

11. Atletico Academy 31pts (-6)

12. Buja City 30pts (-4) (-1match)

13. Inter Star 28pts (-7)

14. Bumamuru FC 26pts (-13)

15. Les Eléphants FC 24pts (-14)

16. Muzinga FC 10pts (-30)

  • 10
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    10
    Shares
  •  
    10
    Shares
  • 10
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -