Primus League: Urutonde rw’inkino zizokinwa z’indwi ya 26.

Ihiganwa ryo mucicaro ca mbere mugihu c’Uburundi ririko rija ku musozo waryo, rikaba risigaje inkino zitanu kuri buri murwi kugira ngo rirangire. Kuri uyu wa gatanu no kuwa gatandatu rizokwinjira mu ndwi yaryo igira 26, inkino zikazobera ku bibuga bitandukanye vyo murico gihugu. Izi nizo nkino zizokinwa ziyo ndwi.

Kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya  16.04.2021:

15h00 Stade Intwari: Vital’O FC vs Messager Ngozi FC

15h00 Stade Urunani: Les Eléphants FC vs Flambeau Du Centre.

15h00 Stade Gatwaro: Kayanza United vs Musongati FC.

15h00 Stade Umuco: Olympic Star vs Muzinga FC

15h00 Stade Ingoma: Royal FC vs BS Dynamic.

Kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya  17.04.2021:

15h00: Stade Urunani: Bumamuru FC vs Rukinzo FC

15h00 Stade Pierre Nkurunziza Peace Park Complexe: Aigle Noir CS vs Inter Star

15h00 Stade Intwari: Athletico Academy vs Bujumbura City.

Uko imirwi irushanya amanota inyuma y’inkino 25 imaze gukina:

  1. Musongati FC amanota 46 (ibitsindo 18)
  2. Messager Ngozi FC 46pts  (+13)
  3. Rukinzo FC 46pts (+12)
  4. Flambeau Du Centre 45pts (+15)
  5. Kayanza United 43pts (+6)
  6. Aigle Noir CS 40pts (+10)
  7. Vital’O FC 37pts (+1)
  8. Olympic Star 36pts (+5)
  9. Royal FC 34pts (+3)
  10. BS Dynamic 32pts (-5)
  11. Atletico Academy 31pts (-6)
  12. Buja City 30pts (-5)
  13. Inter Star 28pts (-7)
  14. Bumamuru FC 26pts (-13)
  15. Les Eléphants FC 24pts (-14)
  16. Muzinga FC 10pts (-30)
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -