Primus League: Uko imirwi yatsindanye hamwe nuko isumbana amanota, indwi ya 26.

Uko imirwi yatsindanye inkino zose zakinywe kuva kuri uyu wa gatanu gushika kuri uyu wa gatandatu.

Kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 17.04.2021.

Bumamuru FC 2-0 Rukinzo FC

Aigle Noir CS 1-0 Inter Star

Buja City 3-0 Atletico Academy.

Kuri uyu wa gatanu igekerezo rya 16.04.2021.

Kayanza United 1-0 Musongati FC

Les Eléphants FC 1-3 Flambeau Du Centre

Vital’O FC 1-1 Messager Ngozi FC

Olympic Star 2-1 Muzinga FC

Royal FC 1-0 BS Dynamic

Uko imirwi isumbana amanota inyuma y’inkino zose z’indwi ya 26.

1. Flambeau Du Centre 48pts (+17)

2. Messager Ngozi FC 47pts (+13)

3. Musongati FC 46pts (+17)

4. Rukinzo FC 46pts (+10)

5. Kayanza United 46pts (+7)

6. Aigle Noir CS 43pts (+11)

7. Olympic Star 39pts (+6)

8. Vital’O FC 38pts (+1)

9. Royal FC 37pts (+4)

10. Buja City 33 (-2)

11. BS Dynamic 32pts (-6)

12. Atletico Academy 31pts (-9)

13. Bumamuru FC 29pts (-11)

14. Inter Star 28pts (-8)

15. Les Eléphants FC 24pts (-16)

16. Muzinga FC 10pts (-30)

  • 12
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    12
    Shares
  •  
    12
    Shares
  • 12
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -