Primus League: Flambeau Du Centre iracari mukibanza ca mbere. Inter Star munzira igana muri Ligue B.

Umurwi wa Flambeau Du Centre wari warangije indwi ya 26 y’ihiganwa rya Primus League Burundi uri mukibanza ca mbere, wasubiye kurangiza indwi ya 27 uri murico kibanza nyene inyuma yo gutsinda umurwi wa Vital’O FC ibitsindo  (2-1)  kuri uyu wa gatanu ku kibuga Urumuri mu ntara ya Ruyigi. Umurwi wa Inter Star nawo uriko uja ahatemba inyuma yo gutsindwa kuri uyu wa gatatu n’umurwi wa Athletico Academy ibitsindo  (3-2) ku kibuga Intwari. Mugihe uyo murwi utovyifatamwo neza mu nkino zitatu za nyuma usigaje gutana mu mitwe na Rukinzo FC, Musongati FC hamwe na Vital’O FC urashobora kuzokoroka mu cicaro ca kabiri Ligue B.

Umurwi wa Flambeau Du Centre wo mu ntara ya Gitega ku kibuga Gatwaro mu ntara ya Kayanza.

Uko imirwi yatsindanye inkino zose umunani zakinywe zindwi ya 27.

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 ndamukiza 2021 :

Inter Star 2-3 Atletico Academy

Flambeau du Centre 2-1 Vitalo

Muzinga FC 1-4 Aigle Noir

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 29 ndamukiza 2021 :

Bumamuru FC 2-0 Olympic Star

Musongati FC 2-2 Les Eléphants FC

Messager Ngozi FC 1-1 Rukinzo FC

Buja City 1-1 Royal FC

BS Dynamic 0-1 Kayanza United

Uko imirwi isumbana amanota inyuma y’indwi ya 27.

  1. Flambeau Du Centre 51pts (+18)
  2. Kayanza United 49pts (+8)
  3. Messager Ngozi FC 48pts (+13)
  4. Musongati FC 47pts (+17)
  5. Rukinzo FC 47pts (+10)
  6. Aigle Noir CS 46pts (+14)
  7. Olympic Star 39pts (+4)
  8. Royal FC 38pts (+4)
  9. Vital’O FC 38pts (-1)
  10. Buja City 34 (-4)
  11. 12. Atletico Academy 34pts (-8)
  12. BS Dynamic 32pts (-6)
  13. Bumamuru FC 32pts (-9)
  14. Inter Star 28pts (-9)
  15. Les Eléphants FC 25pts (-16)
  16. Muzinga FC 10pts (-35)
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    2
    Shares
  •  
    2
    Shares
  • 2
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Coupe du Président: Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC vyagenze neza mu nkino za mbere.

Imirwi ya Flambeau Du Centre, Musongati FC, Bumamuru FC na Vital’O FC yavyifashemwo neza mu …

- Sponsored Advertisement -