Burundi : Daniella Niyibimenya yatumyeko abakinyi 32 kuza kwitegurira Eritrea.

Umumenyereza mukuru w’Intamba Murugamba z’abigeme, Daniella Niyibimenya yashize ahabona kuri uyu wa gatatu, urutonde rw’abakinyi 32 yahamagaye kuza gutegura inkino zibiri zizobahuza n’umurwi nserukiragihugu wa Eritrea muri za nkino zo kurondera itike y’igikombe c’Afrika CAN y’abigeme izobera mugihugu ca Maroc 2022.

Muri urwo rutonde rwabo bakinyi, dusangamwo abakinyi batandatu bakina hanze y’Igihugu c’Uburundi na cane cane abakina mugihugu ca Tanzania na Uganda nka : Asha DJafari na Bukuru Joëlle bakinira umurwi wa  Simba Queens. Nahimana Nasra na Bukuru Rachelle bakinira umurwi wa Kigoma Queens. Nzeyimana Esta akinira umurwi wa Lady Doves mugihugu ca Uganda hamwe na Uwimana Aniella akinira umurwi wa Yanga Princess.

Urutonde rwose rw’abakinyi bahamagawe hamwe n’imirwi bakinira.

  • 202
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    202
    Shares
  •  
    202
    Shares
  • 202
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Primus League: Musongati FC, Flambeau Du Centre, Athletico New Oil Academy, Vital’O FC… ntivyagenze neza.

Ihiganwa rya Primus League Burundi ryari rigeze mu ndwi yaryo igira kane kuva kuri uyu …

- Sponsored Advertisement -