FC Barcelona : Umwuzo wa Sergio Agüero umaze kumenyekana!

Mugihe amasezerano yiwe na Manchester City ari mumpera , Sergio Agüero 32, inkino 18, ibitsindo 4 mu nkino zose amaze gukinira Man City uno mwaka w’inkino, azobandanyiriza ivyo gukina umupira wa maguru mu murwi wa  FC Barcelone.

Sergio Aguero.

Kubw’ikinyamakuru Mundo Deportivo, kimenyesha ko uyo murwi w’i Catalogne uzomenyesha kumugaragaro umwuzo wa Sergio Agüero inyuma y’urukino rwa nyuma ruzohuza umurwi wiwe wa Man City na Chelsea igenekerezo rya 29 rusama ruzobera mugisagara ca Porto mugihugu ca Portugal.

Uyo munyargentine azosinya amasezerano y’imyaka ibiri mu murwi wa FC Barcelone.

  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Primus League: Musongati FC, Flambeau Du Centre, Athletico New Oil Academy, Vital’O FC… ntivyagenze neza.

Ihiganwa rya Primus League Burundi ryari rigeze mu ndwi yaryo igira kane kuva kuri uyu …

- Sponsored Advertisement -