Match Amical: Abakinyi 11 b’Intamba Murugamba batangura kurukino rwa Seychelles.

Mu rukino rusigaje iminota 10 gusa kugira ngo rutangure hagati y’umurwi nserukiragihu w’Uburundi Intamba Murugamba na Seychellles, urutonde rw’abatangura kuruhande rw’Uburundi bamaze kumenyekana ni:

1) Ndikumana Justin (GK)
2) Muryango Moussa
3) Dieu Merci
4) Hakizimana Issa
5) Nshimirimana Ismail
6) Styves Nzigamasabo
7) Ntibazonkiza Saidi (C)
8) Ngabonziza Blanchard
9) Nimubona Emery
10) Shaka Tresor
11) Bigirimana Blaise

  • 165
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    165
    Shares
  •  
    165
    Shares
  • 165
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Primus League: Musongati FC, Flambeau Du Centre, Athletico New Oil Academy, Vital’O FC… ntivyagenze neza.

Ihiganwa rya Primus League Burundi ryari rigeze mu ndwi yaryo igira kane kuva kuri uyu …

- Sponsored Advertisement -