Match Amical: Burundi vs Seychelles

Hasigaye iminota 25 gusa kugira ngo umurwi nserukiragihugu w’Uburundi Intamba Murugamba winjire mu kibuga gutana mu mitwe n’umurwi nserukiragihugu wa Seychelles mu rukino rwa kivandimwe ruzagutangura igihe c’isaha icumi (16H00) amasaha y’iBurundi. Urwo rukino ruza kubera mugihugu ca Seychelles.

Uhereye iburyo ni Omar Ntakagero, Joslin Bipfubusa na Amidou Hassan abamenyereza b’Intamba Murugamba.

Imbere yuko batana mumitwe na Seychelles Joslin Bipfubusa yabanje kugirisha akanama k’ubuhinga imisore yiwe abereka imikenyuro baza gukoresha nkuko tubikesha urubuga rwa facebook rw’Intamba Murugamba.

Abakinyi bw’Intamba Murugamba.
Abalinyi bw’Intamba Murugamba.

Umurwi nserukiragihugu wa Seychelles uherutse gutsindwa ibitsindo (7-1) na Comores. Ni mugihe ico gihugu kiri mukibanza 199 kuri rwa rutonde rwa FIFA, Uburundi bukaba buri mu kibanza 140 muri urwo rutonde.

  • 385
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    385
    Shares
  •  
    385
    Shares
  • 385
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Primus League: Musongati FC, Flambeau Du Centre, Athletico New Oil Academy, Vital’O FC… ntivyagenze neza.

Ihiganwa rya Primus League Burundi ryari rigeze mu ndwi yaryo igira kane kuva kuri uyu …

- Sponsored Advertisement -