Athlétisme : Francine Niyonsaba arahumye!

Umunonotsi w’Umurundikazi Francine Niyonsaba yasubiriye kuba uwa mbere muri meeting ya Diamond League ihejeje kubera i Zurich mugihugu ca Suisse.

Ku kirere c’imetero ibihumbi bitanu (5.000m), Niyonsaba yacirutse umwanya ungana n’iminota 14′ 28′ 98″‘, akaba yasize umunya Kenyakazi Hallen Obiri amaze iminsi amukurikira.

Francine NIYONSABA.

Francine Niyonsaba amaze iminsi aba uwa mbere mu mahiganwa ya Diamond League atandukanye. Nko muri Amerika ku kirere ca 2Miles, muri meeting y’i Paris mu Bufaransa nahonyene yabaye uwa mbere ku metero ibihumbi bitatu (3.000m), yongera aba uwa mbere i Buruseri  mu Bubirigi  ku metero 5.000m.

Francine Niyonsaba.

Francine Niyonsaba akaba ariko aravyifatamwo neza inyuma yaho vyankiye mu mahiganwa ya Jeux Olimpique y’i Tokyo mu Buyapani.

  • 239
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
    239
    Shares
  •  
    239
    Shares
  • 239
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Primus League: Musongati FC, Flambeau Du Centre, Athletico New Oil Academy, Vital’O FC… ntivyagenze neza.

Ihiganwa rya Primus League Burundi ryari rigeze mu ndwi yaryo igira kane kuva kuri uyu …

- Sponsored Advertisement -