Burundi: Fiston Abdul Razaq yasinye muri Maroc.

Umusatirizi w’Umurundi Fiston Abdul Razak yasinye amasezerano y’imyaka ibiri yo gukinira umurwi wa Olympique Club Khouribga wo mucicaro ca mbere mugihugu ca Maroc.

Fiston Abdul Razaq

Olympique Club Khouribga ubaye umurwi ugira 11, Fiston Abdul Razq agiye gukinira. Uwo musatirizi w’imyaka 28 amaze gukinira imirwi nka: LLB Académic, Rayon Sports, Diable Noirs, Sofapaka, Mamelodie Sundows, Bloemfontein, Primero d’Agosto, Al-Zawraa, JS Kabylie, ENPPI SC na Young Africans.

Fiston Abdul Razaq yahora akinira umurwi wa Young Africans mu mwaka uheze.

  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  
  •  

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Primus League: Musongati FC, Flambeau Du Centre, Athletico New Oil Academy, Vital’O FC… ntivyagenze neza.

Ihiganwa rya Primus League Burundi ryari rigeze mu ndwi yaryo igira kane kuva kuri uyu …

- Sponsored Advertisement -