Woba umaze kwiyunguruza, umudugu ukwunguruje ukagahu amazi yo kunywa hamwe na Wi-Fi vyagusa?
Ivyo nahandi tubisanga atari muri ZELA TRANSPORT.
ZELA TRANSPORT n’ishirahamwe rifise imodoka nziza zikiri nshasha kandi zigezweho zunguruza abantu mu buryo bwiza kandi bunyaruka ku biciro bitavuna.
ZELA Transport ifise ibisata bibiri:
AGENCE MAGARA: ifata ingendo zija mu bumanuko bw’Igihugu cacu c’Uburundi uvuye i Bujumbura-MAGARA-RUMONGE-NYANZA-LAC-MAKAMBA na MABANDA. Umukiriya wa ZELA TRANSPORT agenda yicaye neza bakongera bakamuha amazi hamwe na Wi-fi vyagusa. Akangenda ariko arivuganira nabiwe canke akirabira amareresi, indirimbo canke amakuru kuri Youtube nizindi mbuga kuri terefone yiwe.
ZELA TAXI: yunguruza abagiye ahatandukanye mugisagara ca Bujumbura. Akabirya nuko ZELA TAXI ushobora kuyitumako wibereye muhira iwawe ikahagusanga. Bigusaba kuja kuri Playstore kuri terefone yawe ugaca uteleshaja application ya ZELA App ukaza urayikoresha bitakugoye.
ZELA TRANSPORT ntiyibagiye abafise imanza zitandukanye ko murashobora gukota imiduga ya ZELA TRANSPORT kubiciro bizimbutse cane.
Sezera rero ivyo gufata urugendo urushe na ZELA TRANSPORT.
Mufise ico mubaza mushobora guhamagara kuri (+257) 72 48 83 13.
Vous devez vous connecter pour laisser un commentaire.