7.9 NGD Ads:

Kayanza United: Amars Niyongabo yahagaritswe!

Umumenyereza mukuru w’umrwi wa Kayanza United yagaharitse ikiringo c’ukwezi kumwe murayo mabanga nkuko tubisanga mw’ikete uwo murwi wo mu ntara ya Kayanza wasohoye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 17 munyonyo 2021.

Amars Akbar Niyongabo.

Amars Akbar Niyongabo yagirizwa umwimbu udashemeye, ukungene ayobora umurwi bituma abarongoye umurwi n’abakunzi bawo bacika intege, ugisiba ata mvo zifadika navyo bigaca bituma umurwi uronka umwimbu udashemeye.

Umurwi wa Kayanza United uri mu kibanza ca 15 ukaba ufise amanota 10 mu nkino 12 umaze gukina.

Mwokwibukako Amars Akbar Niyongabo yashitse mu murwi wa Kayanza United mu mwaka uheze w’inkino mugice ca kabiri c’ihiganwa ndetse yarafawufashije kurangiza uri mu bibanza vya mbere.

Inyuma y’ukwezi arashobora kuzogarukama canke aragiye ubutagaruka?

7.3 MTM Ads:

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu: Inkino zigice ca kabiri.

Umurwi wa Bumamuru FC usanzwe ufise igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu co mu mwaka uheze uzotana …

Magara Young Boys tupaaaaa? Ndaniiiiii.

Magara Young Boys tupaaaaa? Ndaniiiiii. Ubwo n’ubutumwa bwo gukeza umurwi wa Magara Young Boys buhejeje …

7.2 NGD Ads: