7.9 NGD Ads:

Ligue B: Garage Express vs Magara Young Boys.

Kuri uyu wa gatandatu igihe c’isaha icende z’umuhingamo i Gitega ku kibuga citiriwe Ingoma, umurwi wa Garage Express wo muriyo ntara uzokwakira umurwi wa Magara Young Boys wo mu ntara ya Rumonge mu rukino rwo gusubiza rw’ijonjora rwo kurondera itike yo kuduga mucicaro ca mbere (Primus League).

Garage Express.

Urukino rwa mbere rwabereye ku kibuga citiriwe Intwari mugisagara ca Bujumbura, Magara Young Boys yarahanganirije na Garage Express (0-0).

Magara Young Boys

Mugihe vyoshika iyo mirwi igasubira kunganya, izoca yikora kuri zapenalty kugira ngo haboneke umurwi umwe uzoca uherekeza mu cicaro ca mbere Inter Star na Tigre Noir yarangije iri mu bibanza vya mbere mu matsinda yabo.

7.3 MTM Ads:

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu: Inkino zigice ca kabiri.

Umurwi wa Bumamuru FC usanzwe ufise igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu co mu mwaka uheze uzotana …

Magara Young Boys tupaaaaa? Ndaniiiiii.

Magara Young Boys tupaaaaa? Ndaniiiiii. Ubwo n’ubutumwa bwo gukeza umurwi wa Magara Young Boys buhejeje …

7.2 NGD Ads: