7.9 NGD Ads:

Igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu: Inkino zigice ca kabiri.

Umurwi wa Bumamuru FC usanzwe ufise igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu co mu mwaka uheze uzotana mu mitwe na Bujumbura City mugihe umurwi wa Aigle Noir CS wagitahukanye mu mwaka 2019 uzotana mu mitwe na Flambeau Du Centre.

Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye na Reverien Ndikuriyo.

Inkino za mbere zitegekanijwe igenekerezo rya 18 Rusama 2022, hama izo gusubiza zikaba zitegekanijwe igenekerezo rya 22 Rusama 2022. Urukino rwanyuma rutegekenijwe igenekerezo rya 28 Rusama 2022 ku kibuga citiriwe Urunani muri komine Buganda intara ya Cibitoke.

7.3 MTM Ads:

About Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

Check Also

Magara Young Boys tupaaaaa? Ndaniiiiii.

Magara Young Boys tupaaaaa? Ndaniiiiii. Ubwo n’ubutumwa bwo gukeza umurwi wa Magara Young Boys buhejeje …

Ligue B: Birangiye Magara Young Boys iduze muri Primus League.

Umurwi wa Magara Young Boys niwo uherekeje imirwi ya Inter Star na Tigre Noir mucicaro …

7.2 NGD Ads: