Ukwigisha indimi zine igifaransa, ikirundi, igiswahili, n’icongereza guhera mu mwaka wa mbere w’ishure ngo biratuma umwana adatera imbere neza muvy’ubumenyi. Inama nshikiranganji ikaba iherutse kwemeza ko hari intambamyi zikomeye mu kwigisha izo ndimi mu bice bitatu vya mbere vy’ishure nshingiro. Prosper NTAHOGWAMIYE, umunyamabanga mukuru wa leta akaba n’umuvugizi wayo avuga