#Burundi: Birabujijwe Gushinga Amashengero Mashasha n’Imisigiti Mu Gisagara ca Bujumbura.
#Burundi: Integuro y’Itegeko Rigenga Amatora Yaraye Yemejwe n’Inama Nshingamateka.
#Burundi: Amafaranga Angana N’Ibihumbi Mirongo Ibiri Vy’Ama Dolari Y’Abany’America Niyo Yibwe Umuhindi Akorera Ishirihamwe Millenium Infosys.
#Burundi: Ubushikiranganji Bw’Umutekano Buramenyesha Ko Bugiye Guhangana n’Abantu Bakora Urudandazwa Rw’Abantu.
#Burundi: I Bujumbura, Inama Yo Guhanahana Ivyiyumviro Kuvyerekeye Inama Igira Gatandatu Yo Kwegeranya Uburyo bw’Ikigega FOND MONDIAL.
#Burundi: Ibice Birenga 10 Kw’Ijana Vy’Amasoko Nivyo Bimaze Gukama.
#Burundi: Ukwisiga Birenze Birabujijwe Ku Banyeshure mu Burundi
#Burundi: UMUKOPO ECOCASH, Ubuhinga Bushasha Bwo Gusaba Umukopo Mw’ishirahamwe Econet Leo.
#Burundi: Bujumbura, Abanyamahanga Babiri Barafashwe Ku Kibuga C’Indege Ca Bujumbura, Bafise Ibiro Bitatu vy’Ikiyayura Mutwe Co Mu Bwoko Bwa Héroïne.
#Burundi: Ubugenduzi Bukuru Bw’Igipolisi Burabujije Abapolisi Kuja Mu Bu Nywero Bafise Ibikoresho Vy’Akazi Canke Bambaye Impuzu Zibaranga.
#Burundi: Abanyeshure Bananiwe Ivyigwa Mu Myaka y’Icenda y’Ishure Nshingiro Bafise Amanota Make Bagiye Kuja Mu Mashure y’Imyuga.
#Burundi: Gitega, Ihimbazwa ry’Imyaka 28 Abarundi Biyemereje Amasezerano y’Ubumwe.
#Burundi: Amanota Aha Uburenganzira Abanyeshure Kuja Muri Kaminuza Amenyeshwa Kuri Uyu Wa Kane.
#Burundi: Leta y’Uburundi n’Abaserukira ONU Bashize Ku Mukono Amasezerano y’Imfashanyo Igera  Ku Miriyoni 783 Za Ma dollars y’Abanyamerica.
#Burundi: Kayanza, Umuriro Wariyadukije Mu Biro Vya Lumitel Kayanza Mw’ijoro Ryo Kuri Uyu Wa Kabiri.