Modifier Munama yokuzirikana nogukundisha igihugu abenegihugu, Umukuru W’igihugu C’UBURUNDI nyakubahwa PETERO NKURUNZIZA yagiranye n’imvukira z’intara ya cibitoke hamwe n’abasanzwe barangura imirimo itandukanye muriyo ntara kw’igenekerezo rya 14 Rusama unomwaka kukibuga c’umupira w’amaguru kiri muri komine Buganda,yabibukije ibihe bihambaye igihugu c’Uburundi caciyemwo muri kahise,aho yabahaye uburorero bw’abantu bamwe bamwe bahemukiye igihugu …
Read More »#Burundi: ABEJ Yafashije Urwaruka 3.600 Kuronka Amahirwe yo Kwimenyereza Akazi.
Munama yabaye kubaserukira ibisata bitandukanye muntara ya Bubanza kuruyu musi wambere itunganijwe n’Ubushikiranganji bw’Urwaruka, Amaposita be n’Ubuhinga bwo Gutumatumanako Amakuru burikumwe n’ikigo ABEJ (mu Gifaransa « Agence Burundaise pour l’Emploi des Jeunes »), Nyakubahwa BUTOYI Evelyne, Umushikiranganji w’Urwaruka yamenyesheje ko leta y’Uburundi imaze kubonako hariho urwaruka gwinshi rubura akazi kubera ikibazo c’uburambe …
Read More »
Vous devez être connecté pour poster un commentaire.