JMT Newsdesk

JOURNAL MAGARA TIMES - Amakuru mu Kirundi (JMT-Kirundi). | Email: info@rn.magaratimes.com - Twitter: @JMTKirundi - Instagram: JournalMagaraTimes - Facebook: @JournalMagaraTimes - Tumblr: journalmagaratimes.tumblr.com

#Burundi #JMTUpDates: Umukinyi Jospin NSHIMIRIMANA wa Aigle Noir CS Niwe Ari Kw’Isonga ry’Ibitsindo Uno Musi muri Bangabandhu Gold Cup.

Umugwi Aigle Noir Club Sportif wo mu Ntara ya Makamba, usanzwe ukina mu Cicaro ca Mbere mw’Ishirahamwe ry’Umupira w’Amaguru mu Burundi « FFB » niwo waserukiye igihugu c’Uburundi mw’Ihiganwa Mpuzamakungu ry’Umupira w’Amaguru ryo mu gihugu ca Bangladesh ririko rirabera mu gisagara ca Dhaka kuva kw’igenekerezo rya 12 gushika 15 Nzero 2020. Uno musi …

Read More »

#Tanzania: Diamond Platnumz, Samuel Eto’o mu Migambi yo Gutanguza Ishure ry’Umupira w’Amagaru.

Umuririmvyi mpuzamakungu w’Umutanzaniya, Nasibu Abdul, benshi kw’isi bazi kw’izina ryiwe ry’umwuga nka « Diamond Platnumz », aheruka kumenyesha ibinyamakuru ko ari mu biyago bidasanzwe kandi bimaze igihe n’Umukinyi mpunzamakungu w’Umupira w’Amaguru aturuka mu gihugu ca Kamerune, azwi kw’izina ryiwe rya « Samuel Eto’o », ku bijanye n’ukuntu boshinga ishure ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca …

Read More »

#Burundi: Ihiganwa ry’Abatwaza Amakinga ry’uno Musi Ryatahukanywe na NKURUNZIZA Eric

Uno musi kw’igenekerezo rya 29 Kigarama 2019, haramutse hatunganywa ihiganwa ryabatwaza amakinga ryabereye i Magara muri Komine Bugarama mu Ntara ya Rumonge. Muri iryo higanwa ryabiruka bakoresheje amakinga, hari hitezwe abanonotsi batanu (5) bavuye mu Gitaza muri Komine Muhuta, basanzwe bimenyereza muri Gitaza Star Athletics Club, abandi batanu (5) bavuye …

Read More »

#Kenya: Umuririmvyi Rose Muhando ngo Yafashwe n’amadayimoni Amubuza Gukorera Imana.

Nkuko tubikesha ibinyamakuru bitandukanye vyo mu gihugu ca Kenya bivugwako Rose Muhando, umuririmvyi rurangiranwa w’umu Tanzaniya yafashwe n’amadayimoni atuma yomokera mu gisagara ca Nairobi arata amatunga yiwe n’umuryango wiwe muri Tanzaniya. Muma sanamu yagiye ahabona ku mbuga ngurukana bumenyi, biboneka ko Rose Muhando yari mu Rusengero « Neno Evangelism Centre » mu …

Read More »

#Tanzania: Wema Sepetu Yirukanwe mu Nzu kubera Kunanigwa kuriha Indaro.

Umukinyi wamareresi akundwa cane mu gihugu ca Tanzania no mu karere k’Afurika yo mu Buseruko, Wema Isaac Sepetu, azwi cane nka « Wema Sepetu », aheruka kwirukanwa mu nzu kubera ibibazo vy’amahera yo kuriha inzu (indaro) yarasanzwe akose. Wema Sepetu, w’imyaka 30 y’avuka, asanzwe ari igihangange mu gukina amareresi yo mu rurimi …

Read More »

#Tanzania: Umugwizatunga Mohammed Dewji Yanyurujwe i Dar Es Salaam uno Musi mu Gitondo

Umugwizatunga Mohammed Gulamabbas Dewji, natazira MO kandi azwi cane nka Mo Dewji, yanyurujwe n’abantu bataramenyekana mu gitondo c’uno musi mu gisagara ca Dar Es Salaam mu gihe yariko aritegura kwinjira munzu yo kwinonoreramwo imitsi. Umushoferi wa Uber yari hafi yaho MO yanyururijwe yavuze yuko uyo mugwizatunga Dewji yanyurujwe n’abantu bane …

Read More »

#SouthSudan: DENG ALOR Yasubiye i Juba Guhura na KIIR

Deng Alor, umwe mubayobozi bakuru b’umuhari utavuga rumwe na Leta ya Sudani yo mu Bumanuko witwa SPLM, yashitse i Juba kur’uyu muhingamo mu rugendo rutegekanijwe kumuhuza na Perezida Kiir hamwe n’abandi bayobozi bo mur’iyo Leta ya Sudani Yepfo. Uwo mugwi SPLM umuhuriyemwo abatavuga rumwe na Leta ya Sudani Yepfo bari …

Read More »

#MagaraTimes: Soma inkuru nshasha ziryoshe, wongere ubihembegwe!

Guhera itariki ya 1 Ruheshi 2018, soma amakuru mashasha buri musi kuri https://magaratimes.com uheze uronke amahigwe yo gubitsindira agahembo buri kwezi. “Mukama, amakuru mu Kirundi ntiyari bwa ryohe kurusha ngaha!”, ukwo niko ino nkuru yakiriwe n’abantu benshi ku mbuga rusangi zitandukanye. Journal Magara Times, « JMT », ibazaniye ubuhembo butatu buri kwezi …

Read More »
- Sponsored Advertisement -