Nkuko bishikirizwa na Muganga Thaddé Ndukumana, Umushikiranganji w’amagara y’abantu, abantu 235 nibo bafashwe n’ikiza c’indwara ya Cholera, ivyo akaba yabimenyesheje mu kiganiro yagiranye n’abanditsi n’abamenyeshamakuru, kuri wa gatatu. Muri ico kiganiro n’abamenyeshamakuru, Muganga Thaddée NDIKUMANA akamenyesha yuko muri abo 235, 12 bakiri ku musego mu gihe umwe yapfuye kuko yari