Umusatirizi wa kera wa Vital’O FC Ally Shabani ubu abarizwa mu murwi wa Rukinzo FC asaba abakunzi b’umurwi wa Vital’O FC kubandanya bamukunda nkuko bahora bamukunda akiri muri Vital’O FC akaba yabasavye ivyo inyuma y’urukino rwakivandimwe hagati y’umurwi wiwe wa Rukinzo FC n’Intamba Murugamba (2-2). Ally Shabani yavuze ko icatumye